Duration: (3:37) ?Subscribe5835 2025-02-10T23:55:08+00:00
Ku nama: Hokorwa iki kugira ibizova mu matora bizoshimishe bose ku neza y’igihugu?
(1:20)
Hokorwa iki kugira igisata c'amagara y'abantu mu #Burundi gitere imbere ku rugero rw'ibihugu bibanyi
(8:48)
Hokorwa iki ngo ubushomeri n’ubukene bw’isi ndimwa bitorerwe inyishu kugira ubukene bugabanuke ?
(54)
Hokorwa iki kugira ngo amafaranga y'Uburundi agire agaciro kanini?
(6:7)
Hokorwa iki kugira inkengera z'ikiyaga #Tanganyika zitunganwe neza ?
(5:25)
Mbega ikibazo c'Intamba cokira gute? Hokorwa iki zisubira kuza ziratsinda mu nkino zigira?
(6:10)
NONE HOKORWA IKI IBARA RITARAGWA?
(2:20)
Hokorwa iki kugira ngo irima ry'agatasi ryimirije rizogende neza mu mice yose?
(7:31)
Hokorwa iki kugira ngo abanyagihugu batanze amafaranga yo kubakirwa amabarabara y'ama pavé yubakwe?
(3:14)
Hokorwa iki hongerezwe isuku mu bibanza bimwebimwe vyo mu bisagara vy'igihugu uhereye i Bujumbura?
(4:10)
Hokorwa iki ngo igitigiri cabigeme bitabira kwiga ibisata vy'ubuhinga mu ntara ya Kayanza ciyongere?
(11:37)
Hokorwa iki kugira igisata c'ikawa gitunganywe neza?
(8:52)
Hokorwa iki kugira ngo ubukene bw'ibitoro ryibonekeza rive ho?
(6:51)
Hokorwa iki ngo mu Burundi mu 2025 bakenyezi baze baserukirwe ku rugero runini gusumba ubu ?
(8:22)
Hokorwa iki kugira abarundi bashobore kudandaza mu bindi bihugu? Abikorera ivyabo bofashwa gute?
(3:29)
Olucome: Mbega hokorwa iki kugira igiturire gituzwe?
(4:50)
Hokorwa iki kugira ngo haranduranwe n'imizi abagura n'abagurisha inkino mw'ihiganwa rya Primus Ligue
(5:40)
Ku nama: Hokorwa iki kugira amatora yo mu mwaka wa 2025 na 2027 azobe ayizewe na bose?
(1:)
Urwaruka ngo ntirugihurumbira igiterwa c'ikawa. Hokorwa iki ngo narwo rwijukire ico gisata ?
(7:19)
Ikiza CORONA caragize ingaruka mbi kumibereho y'abantu none hokorwa iki?
(5:59)